𝗠𝗽𝗶𝗹𝗶𝗺𝗯𝗮𝗻𝘆𝗶/ARCHIVES 🇷🇼❤️(@Inkotanyi_Imena) 's Twitter Profile Photo

📝

😭😭😭28 Mutarama 1961: Umunsi wa mbere u Rwanda rugira Perezida n’ibendera haba itangira rya Guverinoma zaba Jenosideri(Rep 1&2)

Mu gitondo cyo ku wa Gatandatu tariki 28 Mutarama 1961, i Gitarama kuri Stade hari urujya n’uruza rw’amakamyo apakiye

#MPILIMBANYIARCHIVES📝

😭😭😭28 Mutarama 1961: Umunsi wa mbere u Rwanda rugira Perezida n’ibendera haba itangira rya Guverinoma zaba Jenosideri(Rep 1&2)

Mu gitondo cyo ku wa Gatandatu tariki 28 Mutarama 1961, i Gitarama kuri Stade hari urujya n’uruza rw’amakamyo apakiye
account_circle
Claude Mbikayi(@MbikayiCl48498) 's Twitter Profile Photo

🇷🇼🚨byihutirwa muri rwanda paul kagame yategetse kugenzura urujya n'uruza rw'abasirikare b'abahutu no mubatutsi bose b'abahutu muri rwanda abahutu benshi bari muri gereza

🇷🇼🚨byihutirwa muri rwanda paul kagame yategetse kugenzura urujya n'uruza rw'abasirikare b'abahutu no mubatutsi bose b'abahutu muri rwanda abahutu benshi bari muri gereza
account_circle
Mwene MAREMBO🇷🇼✊(@BernardMAREMBO) 's Twitter Profile Photo

📛GATEBE GATOKI KU MIHANDA📛
Igice cya Kane(4)

URUJYA N'URUZA KU MIHANDA

Kumwe bucya ukagenda hari n'abo bucya bagataha, uronka habona ark hari n'abaronkera umwijima😂😂 na hano Niko biri🙄

Hano hari abo itara ryamurikiye batarabyigeze batarahaza💫😏
Thread

📛GATEBE GATOKI KU MIHANDA📛
Igice cya Kane(4)

URUJYA N'URUZA KU MIHANDA

Kumwe bucya ukagenda hari n'abo bucya bagataha, uronka habona ark hari n'abaronkera umwijima😂😂 na hano Niko biri🙄

Hano hari abo itara ryamurikiye batarabyigeze batarahaza💫😏
Thread
account_circle
Police Nationale du Burundi(@Burundi_Police) 's Twitter Profile Photo

Itangazo rijanye no kwikingira no kutanduza ikiza c'amaso kubitura igisata c'Igipolisi kijejwe uruja n'uruza rw'abantu (Commissariat Général des Migrations).

Itangazo rijanye no kwikingira no kutanduza ikiza c'amaso kubitura igisata c'Igipolisi kijejwe uruja n'uruza rw'abantu (Commissariat Général des Migrations).
account_circle
Serge RUGANINTWALI(@SergeRuganintw) 's Twitter Profile Photo

Mwabonye Imana ikingura🙋!? Muri Huye District natwe turamukanye amahoro y'Imana n'akazuba karinganiye.Ubu,umugi ni urujya n'uruza,abantu baranyuranamo bari mu mirimo itandukanye.Biragaragara ko ikitwa ubunebwe muri iki cyumweru twagistinze kare!

Mwe aho muri se, muramutse mute?

Mwabonye Imana ikingura🙋!? Muri @HuyeDistrict natwe turamukanye amahoro y'Imana n'akazuba karinganiye.Ubu,umugi ni urujya n'uruza,abantu baranyuranamo bari mu mirimo itandukanye.Biragaragara ko ikitwa ubunebwe muri iki cyumweru twagistinze kare!

Mwe aho muri se, muramutse mute?
account_circle
Otraco Burundi(@OtracoBdi) 's Twitter Profile Photo

Abantu bomenya yuko Otraco Burundi Itajejwe gufata mw'ibarabara ingendeshwa zidafise nkuko benshi bavyibaza, ivyo bikorwa n'igipolisi kijejwe uruja n'uruza mu mabarabara Otraco Burundi yarashizeho ihadabu buri musi kubica amatwi bakihoza kuyirondera
MininterInfosBi

Abantu bomenya yuko @OtracoBdi  Itajejwe gufata mw'ibarabara ingendeshwa zidafise #Controle_Technique nkuko benshi bavyibaza, ivyo bikorwa n'igipolisi kijejwe uruja n'uruza mu mabarabara @OtracoBdi yarashizeho ihadabu buri musi kubica amatwi bakihoza kuyirondera
@MininterInfosBi
account_circle
RN Ruhumuriza Justin(@_Ruhumuriza) 's Twitter Profile Photo

Mwaramutse neza Bugesera District,

Umuhanda ujya ku kigo nderabuzima cya Juru usa nuzenguruka ikibuga cy’indege wagize ikibazo cy’amazi menshi.

Birimo kubangamira urujya n’uruza, mwabikoraho. Murakoze, mugire amahoro.

account_circle
UMUCYO RADIO 102.8 FM OFFICIAL(@umucyo_fm) 's Twitter Profile Photo

Leta y’u Rwanda yatangaje ko yatunguwe n’icyemezo cya Leta y’u cyo gufunga imipaka ihuza ibihugu byombi, ivuga ko ari icyemezo kibabaje kuko kizagira ingaruka ku rujya n’uruza rw’abaturage n’imihahirane y’ibihugu byombi.

Leta y’u Rwanda yatangaje ko yatunguwe n’icyemezo cya Leta y’u #Burundi cyo gufunga imipaka ihuza ibihugu byombi, ivuga ko ari icyemezo kibabaje kuko kizagira ingaruka ku rujya n’uruza rw’abaturage n’imihahirane y’ibihugu byombi.
account_circle
Otraco Burundi(@OtracoBdi) 's Twitter Profile Photo

1/2 Kur'uyu wa 15/2/2024
Igipolisi kijejwe uruja n'uruza mu mabarabara ( ) ciriwe mugikorwa coguhagarika ingendeshwa zunguruza abantu zishaje kandi zigaragara nabi mu Mairie de Bujumbura,kizirungika gusuzumwa muri Contrôle Technique mukigo Otraco Burundi
Police Nationale du Burundi
MinCommerce,Transport,Industrie&Tourisme

1/2 Kur'uyu wa 15/2/2024
Igipolisi kijejwe uruja n'uruza mu mabarabara ( #PSR)  ciriwe mugikorwa coguhagarika ingendeshwa zunguruza abantu zishaje kandi zigaragara nabi mu @MairieBuja,kizirungika gusuzumwa muri Contrôle Technique mukigo @OtracoBdi 
@Burundi_Police 
@MinCommerce
account_circle
Lorenzo MUSANGAMFURA(@ogalorenzo) 's Twitter Profile Photo

🔥🔥 Uyu mukurambere w’ingagi uburyo aba akontorora urujya n’uruza kuri Rond Point ya Sonatubes !

Ahhh imbeho ni nyinshi i Kigali 🥂

account_circle
Serge RUGANINTWALI(@SergeRuganintw) 's Twitter Profile Photo

Mwongeye kuramukana amahoro yemwe🙋🏾‍♂️!
Aho uri wowe uramukiye mu biki?
Njye i Huye District nzindukiye mu ishuri nk'ibisanzwe, n'abandi ndabona babyukiye mu mirimo yabo, mu nzira ni urujya n'uruza!

Nkwifurije umunsi mwiza, uhahe uronke🙌!

Mwongeye kuramukana amahoro yemwe🙋🏾‍♂️!
 Aho uri wowe uramukiye mu biki?
Njye i @HuyeDistrict nzindukiye mu ishuri nk'ibisanzwe, n'abandi ndabona babyukiye mu mirimo yabo, mu nzira ni urujya n'uruza!

Nkwifurije umunsi mwiza, uhahe uronke🙌!

#TwirindeUbunebwe
account_circle
Otraco Burundi(@OtracoBdi) 's Twitter Profile Photo

2/2 Otraco Burundi irashima ukuntu ikorana neza n'igipolisi kijejwe uruja n'uruza mu mabarabara , ikagayira abafise ingendeshwa batitwarika kuzikoresha neza nokuzironderera Contrôle Technique igihe ziba zaheze. Amande arategekanijwe kurabo bose baguma bavyirengagiza.
SE Evariste Ndayishimiye

2/2 @OtracoBdi irashima ukuntu ikorana neza n'igipolisi kijejwe uruja n'uruza mu mabarabara , ikagayira abafise ingendeshwa batitwarika kuzikoresha neza nokuzironderera Contrôle Technique igihe ziba zaheze. Amande arategekanijwe kurabo bose baguma bavyirengagiza.
@GeneralNeva
account_circle
CNDD-FDD MUSONGATI(@Tsinda2025) 's Twitter Profile Photo

,bahejej inamashingiro centre Nyabiganda muri zone Muzye commune Musongati intara ya Burunga baciye bagenda mubikorwa rusangi vyo guharura akayira k'imigenderanire kazoba karafasha uruja n'uruza kuwa 03/02/2024
Doriane Munezero🇧🇮
CNDD-FDD BURUNGA

#Burundi,bahejej inamashingiro centre Nyabiganda muri zone Muzye commune Musongati intara ya Burunga baciye bagenda mubikorwa rusangi vyo guharura akayira k'imigenderanire kazoba karafasha uruja n'uruza kuwa 03/02/2024 
@DorianeMunezero 
@CNDDFDDBurunga
account_circle
UMUCO(@Umucomedia) 's Twitter Profile Photo

Urwanda rwababajwe n´ingingo ya Bureau du Premier Ministre yo kugara imipaka aho yabigaragaje mw'itangazo. Impamvu ngo n'uko iyo ngingo ibangamira uruja n'uruza rw'abantu n'ibintu mur'ivyo bihugu uko ari bibiri.Ikindi kandi ngo iyo ngingo ihonyanga amasezerano y'ibihugu vya EAC East African Community

Urwanda rwababajwe n´ingingo ya @BurundiGov yo kugara imipaka aho yabigaragaje mw'itangazo. Impamvu ngo n'uko iyo ngingo ibangamira uruja n'uruza rw'abantu n'ibintu mur'ivyo bihugu uko ari bibiri.Ikindi kandi ngo iyo ngingo ihonyanga amasezerano y'ibihugu  vya  EAC  @jumuiya
account_circle
IGIHE(@IGIHE) 's Twitter Profile Photo

🚨𝐀𝐌𝐀𝐊𝐔𝐑𝐔 𝐌𝐀𝐒𝐇𝐘𝐀🚨

Guverinoma y'u Rwanda yababajwe n'icyemezo cy'u Burundi cyo kongera gufunga imipaka ihuza ibihugu byombi.

Mu itangazo ryayo yavuze ko iki cyemezo kidakwiye kuko gikumira urujya n'uruza rw'abantu n'ibicuruzwa hagati y'u Rwanda n'u Burundi ndetse

🚨𝐀𝐌𝐀𝐊𝐔𝐑𝐔 𝐌𝐀𝐒𝐇𝐘𝐀🚨

Guverinoma y'u Rwanda yababajwe n'icyemezo cy'u Burundi cyo kongera gufunga imipaka ihuza ibihugu byombi.

Mu itangazo ryayo yavuze ko iki cyemezo kidakwiye kuko gikumira urujya n'uruza rw'abantu n'ibicuruzwa hagati y'u Rwanda n'u Burundi ndetse
account_circle