Umuhanuzi(@umuhanuziwacu) 's Twitter Profile Photo

Amakuru ashikira Umuhanuzi aravuga ko REGIDESO igiye kuduha amatara gushika aho twibagira amarira twarize!
Gusa muri Edeni ya Neva ntivyoroshe kuko twari dutanguye kubashikiriza amakuru amatara aca aravuga!

Mutwihanganire!


account_circle
gasongo(@gasongogasongo) 's Twitter Profile Photo

ngo Apรดtre niho azoba yibereye kuri dรฉpartement ce dimanche ๐Ÿ‘€๐Ÿ˜‚ ngo arafise nakajambo azobatekerera kubazoba bashoboye kuhashika

#abatwip ngo Apรดtre niho azoba yibereye kuri dรฉpartement ce dimanche ๐Ÿ‘€๐Ÿ˜‚ ngo arafise nakajambo azobatekerera kubazoba bashoboye kuhashika
account_circle
Samandari(@wamandaranga) 's Twitter Profile Photo


Ubu Club du lac yahindutse Club dans le lac๐Ÿคฆ๐Ÿฟโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆ๐Ÿฟโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆ๐Ÿฟโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคฆ๐Ÿฟโ€โ™‚๏ธ
Burundi On The Map

account_circle
Worship Today(@WorshipToday_bi) 's Twitter Profile Photo

The Burundian branch of has released his New and 3rd song, that song is called ' Ivya kera' and is in their first Worship Album project to be released soon.

The Burundian branch of #TruePromises has released his New and 3rd song, that song is called ' Ivya kera' and is in their first Worship Album project to be released soon. #Burundi #Rwanda #Gospel #abatwip
account_circle
Jร˜E๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ(@TweetbyKariwabo) 's Twitter Profile Photo

IKIJANYE N'ISANURWA RYA MABARABARA MBONA ARI SAWA

Route Nationale Nยฐ3:Tronรงon Rumonge-Gitaza au Burundi
๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

#Abatwip IKIJANYE N'ISANURWA RYA MABARABARA MBONA ARI SAWA 

Route Nationale Nยฐ3:Tronรงon Rumonge-Gitaza au Burundi 
๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ
account_circle